Ukraine Vs Russia: Trump na Putin bategekanya kubonanira muri Alaska mu biganiro vy'amahoro mu ndwi iza

Ukraine Vs Russia: Trump na Putin bategekanya kubonanira muri Alaska mu biganiro vy’amahoro mu ndwi iza

Ahavuye isanamu, Getty Images Insiguro y’isanamu, Ejo ku wa gatanu, Trump yavuze ko yiteze ko hazoba “uguheberanira ubutaka” hagati y’Uburusiya na Ukraine Ibiranga iyi nkuru Umwanditsi, Courtney Subramanian Igikorwa, BBC News, muri Maison Blanche Umwanditsi, Ali Abbas Ahmadi Igikorwa, BBC News Iminota 22 iraheze Perezida Donald Trump wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika na mugenziwe…

Read More